Hoseya 3:1 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 3 Yehova yongera kumbwira ati: «Subira ukunde umugore akundwa n’uwundi mugabo kandi arenga ibigo+, nk’uko nyene Yehova akunda Abisirayeli+ naho bakurikira izindi mana+ kandi bagakunda udukate tw’inzabibu zumye*.» Hoseya Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 3:1 Umunara w’Inderetsi,15/11/2005, rup. 19-20
3 Yehova yongera kumbwira ati: «Subira ukunde umugore akundwa n’uwundi mugabo kandi arenga ibigo+, nk’uko nyene Yehova akunda Abisirayeli+ naho bakurikira izindi mana+ kandi bagakunda udukate tw’inzabibu zumye*.»