Hoseya 7:9 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 9 Abanyamahanga baramumariyeko utwiwe+, ariko nta vyo amenya. Imishatsi yiwe yarahindutse imvi, ariko nta vyo abona.
9 Abanyamahanga baramumariyeko utwiwe+, ariko nta vyo amenya. Imishatsi yiwe yarahindutse imvi, ariko nta vyo abona.