Hoseya 8:7 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 7 Ko bariko babiba umuyaga,bazokwimbura igihuhusi+. Nta giterwa na kimwe cama intete+.Ikigize ngo kirama nta fu kivamwo, kandi n’iyoboneka yoca iribwa n’abanyamahanga+. Hoseya Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 8:7 Umunara w’Inderetsi,15/11/2005, rup. 26
7 Ko bariko babiba umuyaga,bazokwimbura igihuhusi+. Nta giterwa na kimwe cama intete+.Ikigize ngo kirama nta fu kivamwo, kandi n’iyoboneka yoca iribwa n’abanyamahanga+.