Hoseya 9:16 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 16 Efurayimu izokwicirwa nk’igiti+. Imizi yabo izokwuma kandi ntibazokwama ivyamwa. Naho bovyara, nzokwica abana babo bikundira.»
16 Efurayimu izokwicirwa nk’igiti+. Imizi yabo izokwuma kandi ntibazokwama ivyamwa. Naho bovyara, nzokwica abana babo bikundira.»