Hoseya 10:11 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 11 Efurayimu ni ishashi y’inka yamenyerejwe gukubita ibinyantete.Ni co gituma izosi ryiwe ryiza naririnze ibikorwa. Ubu rero ngira ndeke Efurayimu bamurimishe*+. Yuda azorima, Yakobo na we akangaze.
11 Efurayimu ni ishashi y’inka yamenyerejwe gukubita ibinyantete.Ni co gituma izosi ryiwe ryiza naririnze ibikorwa. Ubu rero ngira ndeke Efurayimu bamurimishe*+. Yuda azorima, Yakobo na we akangaze.