Hoseya 12:1 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 12 «Efurayimu arya umuyaga. Yirirwa ariruka inyuma y’umuyaga wo mu buseruko. Yuzuye ibinyoma n’ubukozi bw’ikibi. Bagirana isezerano na Ashuri+, bakajana amavuta mu Misiri+.
12 «Efurayimu arya umuyaga. Yirirwa ariruka inyuma y’umuyaga wo mu buseruko. Yuzuye ibinyoma n’ubukozi bw’ikibi. Bagirana isezerano na Ashuri+, bakajana amavuta mu Misiri+.