Hoseya 12:14 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 14 Efurayimu yarababaje Imana cane+,kandi n’ubu aracagirwa n’amaraso.Umukama wiwe azomuhanira iceyi yamusize+.»
14 Efurayimu yarababaje Imana cane+,kandi n’ubu aracagirwa n’amaraso.Umukama wiwe azomuhanira iceyi yamusize+.»