Hoseya 14:9 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 9 Ni nde ari inkerebutsi? Natahure ivyo bintu. Ni nde afise ubwenge? Namenye ivyo bintu. Kuko inzira za Yehova zigororotse+,kandi abagororotsi ni bo bazozigenderamwo,ariko abacumuzi bazozitsitaramwo. Hoseya Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 14:9 Umunara w’Inderetsi,15/11/2005, rup. 31
9 Ni nde ari inkerebutsi? Natahure ivyo bintu. Ni nde afise ubwenge? Namenye ivyo bintu. Kuko inzira za Yehova zigororotse+,kandi abagororotsi ni bo bazozigenderamwo,ariko abacumuzi bazozitsitaramwo.