-
Yoweli 2:3Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
Imbere yaryo igihugu kimeze nk’itongo rya Edeni+,
inyuma yaryo hagasigara agahinga kacitse umusaka,
kandi nta na kimwe kiricoroka.