Yoweli 2:10 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 10 Imbere yabo isi irajugumira, ijuru na ryo rigatigita. Izuba n’ukwezi bihinduka umwiza+,inyenyeri na zo ntizisubire gukayangana. Yoweli Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 2:10 Umunara w’Inderetsi,1/5/1998, rup. 18
10 Imbere yabo isi irajugumira, ijuru na ryo rigatigita. Izuba n’ukwezi bihinduka umwiza+,inyenyeri na zo ntizisubire gukayangana.