Yoweli 3:2 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 2 nzokwegeraniriza hamwe amahanga yose,ndayamanukane mu kiyaya* ca Yehoshafati*. Aho ni ho nzobacira urubanza+kubera ivyo bakoreye abantu banje n’intoranwa yanje Isirayeli,kuko babashwiragije mu mahanga,baca bagabangana igihugu canje+.
2 nzokwegeraniriza hamwe amahanga yose,ndayamanukane mu kiyaya* ca Yehoshafati*. Aho ni ho nzobacira urubanza+kubera ivyo bakoreye abantu banje n’intoranwa yanje Isirayeli,kuko babashwiragije mu mahanga,baca bagabangana igihugu canje+.