Amosi 7:5 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 5 Nanje nca mvuga nti: «Ewe Mukama Segaba Yehova, ndakwinginze ugeze aho+. None Yakobo yorokoka gute? Erega ni magara make+!»
5 Nanje nca mvuga nti: «Ewe Mukama Segaba Yehova, ndakwinginze ugeze aho+. None Yakobo yorokoka gute? Erega ni magara make+!»