17 ibi rero ni vyo Yehova avuze: ‘Umugore wawe azocika imaraya mu gisagara, abahungu bawe n’abakobwa bawe na bo bicwe n’inkota. Amatongo yawe azogaburwa hakoreshejwe umugozi, nawe uzopfira mu gihugu gihumanye. Kandi Abisirayeli ntibazobura gukurwa mu gihugu cabo bakajanwa mu bunyagano+.’”»