Amosi 9:1 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 9 Nabonye Yehova+ ari hejuru y’igicaniro, maze avuga ati: «Kubita hejuru ku nkingi* ku buryo no hasi hanyiganyiga. Menagura imitwe yazo, abasigaye na bo ndabicishe inkota. Nta n’umwe azoncarukana, kandi n’uwogerageza guhunga ntibizokunda+.
9 Nabonye Yehova+ ari hejuru y’igicaniro, maze avuga ati: «Kubita hejuru ku nkingi* ku buryo no hasi hanyiganyiga. Menagura imitwe yazo, abasigaye na bo ndabicishe inkota. Nta n’umwe azoncarukana, kandi n’uwogerageza guhunga ntibizokunda+.