Amosi 9:6 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 6 “Umwe yubaka ingazi ziwe kw’ijuru,akubaka inyubakwa* yiwe hejuru y’isi,umwe ahamagara amazi yo mu kiyagakugira ayasuke kw’isi+,izina ryiwe ni Yehova+. Amosi Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 9:6 Umunara w’Inderetsi,1/1/2009, rup. 16-17
6 “Umwe yubaka ingazi ziwe kw’ijuru,akubaka inyubakwa* yiwe hejuru y’isi,umwe ahamagara amazi yo mu kiyagakugira ayasuke kw’isi+,izina ryiwe ni Yehova+.