Yona 1:6 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 6 Umukapitene wa nya bwato aramwegera, amubwira ati: «Kubera iki uryamye? Haguruka wambaze imana yawe! Hari aho Imana y’ukuri yotwitaho ntiduhone+.»
6 Umukapitene wa nya bwato aramwegera, amubwira ati: «Kubera iki uryamye? Haguruka wambaze imana yawe! Hari aho Imana y’ukuri yotwitaho ntiduhone+.»