Yona 1:9 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 9 Yishura ati: «Ndi Umuheburayo. Nsenga* Yehova Imana yo mw’ijuru yaremye* ikiyaga n’isi yumutse.»