-
Yona 1:10Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
10 Nya bantu baca barushiriza kugira ubwoba, bamubaza bati: «Ivyo wakoze ni ibiki?» (Abo bantu bari bamenye yuko yariko arahunga Yehova, kuko yari yabibabwiye.)
-