-
Yona 1:11Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
11 Baca bamubwira bati: «Tukugire gute ngo ikiyaga kitureke, gihwame?» Ivyo babivuze kuko ikiyaga caguma kirushiriza gusara.