Yona 1:13 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 13 Mugabo nya bantu bagerageza gusoza cane* ngo bagarukane ubwo bwato i musozi, ariko biranka kuko ikiyaga barimwo caguma kirushiriza gusara.
13 Mugabo nya bantu bagerageza gusoza cane* ngo bagarukane ubwo bwato i musozi, ariko biranka kuko ikiyaga barimwo caguma kirushiriza gusara.