Yona 1:16 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 16 Nya bantu baca batinya cane Yehova+, bashikanira Yehova ikimazi bongera bagira indagano. Yona Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 1:16 Niwigane, rup. 114 Umunara w’Inderetsi,1/1/2009, rup. 28