Yona 4:5 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 5 Maze Yona ava mu gisagara, aja kwicara mu buseruko bwaco. Yiyubakira ubwugamo, yicara mu gitutu cabwo kugira arabe ibishikira ico gisagara+.
5 Maze Yona ava mu gisagara, aja kwicara mu buseruko bwaco. Yiyubakira ubwugamo, yicara mu gitutu cabwo kugira arabe ibishikira ico gisagara+.