Yona 4:6 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 6 Nuko Yehova Imana ameza umutanga* hejuru ya Yona ngo habe igitutu hejuru y’umutwe wiwe, kugira aronke agahengwe. Yona aca aranezerwa cane kubera uwo mutanga.
6 Nuko Yehova Imana ameza umutanga* hejuru ya Yona ngo habe igitutu hejuru y’umutwe wiwe, kugira aronke agahengwe. Yona aca aranezerwa cane kubera uwo mutanga.