Yona 4:8 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 8 Izuba rirashe, Imana irungika kandi umuyaga wo mu buseruko uturira, maze izuba rikubita Yona mu mutwe, amera nk’uwugira arabe. Aguma yisabira gupfa. Yavuga ati: «Nopfuma nipfira hako mbaho+.»
8 Izuba rirashe, Imana irungika kandi umuyaga wo mu buseruko uturira, maze izuba rikubita Yona mu mutwe, amera nk’uwugira arabe. Aguma yisabira gupfa. Yavuga ati: «Nopfuma nipfira hako mbaho+.»