Yona 4:9 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 9 Imana ibaza Yona iti: «Aho vy’ukuri wari ukwiye gushavura ukuraho kubera uwo mutanga+?» Na we avuga ati: «Vyari bikwiriye ko nshavura cane ku buryo mbere nipfuza gupfa.»
9 Imana ibaza Yona iti: «Aho vy’ukuri wari ukwiye gushavura ukuraho kubera uwo mutanga+?» Na we avuga ati: «Vyari bikwiriye ko nshavura cane ku buryo mbere nipfuza gupfa.»