Mika 2:11 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 11 Umuntu akurikira umuyaga n’ibinyoma, akabesha ngo: ‘Nzokwigisha ibijanye n’umuvinyu be n’inzoga’, uwo nyene ni we yokwigisha aba bantu+.
11 Umuntu akurikira umuyaga n’ibinyoma, akabesha ngo: ‘Nzokwigisha ibijanye n’umuvinyu be n’inzoga’, uwo nyene ni we yokwigisha aba bantu+.