Mika 5:8 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 8 Abakomoka kuri Yakobo basigaye,mu mahanga no mu migwi myinshi y’abantu ibakikuje,bazoba nk’intambwe mu bikoko vyo mw’ishamba,nk’intambwe y’umukangara* mu masho y’intama.Iyo irenganye, irabisimbirako ikabitabagura,hakabura uwubitabara. Mika Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 5:8 Umunara w’Inderetsi,1/11/2001, rup. 25
8 Abakomoka kuri Yakobo basigaye,mu mahanga no mu migwi myinshi y’abantu ibakikuje,bazoba nk’intambwe mu bikoko vyo mw’ishamba,nk’intambwe y’umukangara* mu masho y’intama.Iyo irenganye, irabisimbirako ikabitabagura,hakabura uwubitabara.