Mika 6:6 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 6 Mbega nzorengukana iki imbere ya Yehova? Nzokwibangikanya iki ngiye kwunama imbere y’Imana yo mw’ijuru? Noba nzorengukana imbere yiwe amashikanwa aturirwa uko yakabaye,nkarengukana inyana zimaze umwaka+?
6 Mbega nzorengukana iki imbere ya Yehova? Nzokwibangikanya iki ngiye kwunama imbere y’Imana yo mw’ijuru? Noba nzorengukana imbere yiwe amashikanwa aturirwa uko yakabaye,nkarengukana inyana zimaze umwaka+?