Mika 7:1 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 7 Ndagowe! Meze nk’umuntuaja kurondera inzabibu* zo kurya akabura,n’insukoni zera kare yipfuza cane akazibura,akabirondera iyimbura ry’ivyamwa vyera mu ci ryaheze,n’abatoragura utwasigaye mw’iyimbura ry’inzabibu bamaze kuhaca.
7 Ndagowe! Meze nk’umuntuaja kurondera inzabibu* zo kurya akabura,n’insukoni zera kare yipfuza cane akazibura,akabirondera iyimbura ry’ivyamwa vyera mu ci ryaheze,n’abatoragura utwasigaye mw’iyimbura ry’inzabibu bamaze kuhaca.