Mika 7:12 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 12 Uwo musi, bazoza iwawebavuye i Ashuri no mu bisagara vyo mu Misiri,kuva mu Misiri gushika no kuri rwa ruzi runini*,kuva ku kiyaga gushika ku kindi, no kuva ku musozi gushika ku wundi+. Mika Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 7:12 Umunara w’Inderetsi,15/8/2003, rup. 20
12 Uwo musi, bazoza iwawebavuye i Ashuri no mu bisagara vyo mu Misiri,kuva mu Misiri gushika no kuri rwa ruzi runini*,kuva ku kiyaga gushika ku kindi, no kuva ku musozi gushika ku wundi+.