-
Nahumu 1:8Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
8 Azozana umwuzure utikiza, ahonye Ninewe ntihagire igisigara,
kandi umwiza uzokurikirana abansi biwe.
-
8 Azozana umwuzure utikiza, ahonye Ninewe ntihagire igisigara,
kandi umwiza uzokurikirana abansi biwe.