Nahumu 1:12 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 12 Ibi ni vyo Yehova avuze: «Naho boba bakomeye gute kandi bakaba benshi,bazorandurwa bazimangane*. Naraguteje* imibabaro, ariko sinzosubira kuyiguteza.
12 Ibi ni vyo Yehova avuze: «Naho boba bakomeye gute kandi bakaba benshi,bazorandurwa bazimangane*. Naraguteje* imibabaro, ariko sinzosubira kuyiguteza.