-
Nahumu 3:3Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
3 Ehe abarwanira ku mafarasi, inkota zakaka
n’amacumu aca ibibatsi!
Inganda ziratikiye, hari ibirundo vy’ibiziga.
Abapfuye ntibagira uko bangana, baguma babatsitarako.
-