-
Habakuki 1:3Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
3 Kubera iki unyereka amabi?
Kubera iki wirengagiza agacinyizo?
Kubera iki mbona agatikizo n’ubukozi bw’ikibi?
Kubera iki gushwana be n’amatati vyiraye?
-