Habakuki 1:12 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 12 Ewe Yehova, mbega ntiwamyeho kuva kera na rindi+? Mana yanje, Mweranda wanje, wewe ntupfa*+. Ewe Yehova, wabashinze igikorwa co gushitsa urubanza.Gitandara+ canje, wabagenye kugira batange igihano*+. Habakuki Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 1:12 Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),11/2018, rup. 15 Umunara w’Inderetsi,1/2/2000, rup. 17-18
12 Ewe Yehova, mbega ntiwamyeho kuva kera na rindi+? Mana yanje, Mweranda wanje, wewe ntupfa*+. Ewe Yehova, wabashinze igikorwa co gushitsa urubanza.Gitandara+ canje, wabagenye kugira batange igihano*+.
1:12 Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),11/2018, rup. 15 Umunara w’Inderetsi,1/2/2000, rup. 17-18