Habakuki 1:16 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 16 Ni co gituma ashikanira ibimazi urusenga rwiwe rw’umukwabu,agaha ibimazi* urusenga arobesha.Kuko izo nsenga ari zo zamutungishije*,zigatuma arya ibifungurwa vyizavyiza.
16 Ni co gituma ashikanira ibimazi urusenga rwiwe rw’umukwabu,agaha ibimazi* urusenga arobesha.Kuko izo nsenga ari zo zamutungishije*,zigatuma arya ibifungurwa vyizavyiza.