Habakuki 3:4 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 4 Yarakaka nk’umuco+. Hari imishwarara ibiri y’umuco yava mu kuboko kwiwe.Aho ni ho inkomezi ziwe zari zinyegeye. Habakuki Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 3:4 Umunara w’Inderetsi,1/2/2000, rup. 26
4 Yarakaka nk’umuco+. Hari imishwarara ibiri y’umuco yava mu kuboko kwiwe.Aho ni ho inkomezi ziwe zari zinyegeye.