Habakuki 3:7 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 7 Nabonye ivyago mu mahema y’i Kushani. Ibitambara biri ku mahema y’igihugu ca Midiyani vyariko birahinda agashitsi+.
7 Nabonye ivyago mu mahema y’i Kushani. Ibitambara biri ku mahema y’igihugu ca Midiyani vyariko birahinda agashitsi+.