Zefaniya 1:12 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 12 Ico gihe Yeruzalemu nzoyisaka nitonze nkoresheje ibimuri,kandi nzohana abantu ata co bitaho, bibwira mu mitima yabo ngo:“Yehova nta ciza azokora, kandi nta n’ikibi azokora+.” Zefaniya Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 1:12 Yeremiya, rup. 178 Umunara w’Inderetsi,15/11/2007, rup. 111/3/2001, rup. 6
12 Ico gihe Yeruzalemu nzoyisaka nitonze nkoresheje ibimuri,kandi nzohana abantu ata co bitaho, bibwira mu mitima yabo ngo:“Yehova nta ciza azokora, kandi nta n’ikibi azokora+.”