Zefaniya 3:6 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 6 «Naratikije amahanga, iminara yaho yarasambaguritse. Narasibanganije amabarabara yaho, ku buryo ata wusubira kuhaca. Ibisagara vyaho bisigaye ari umusaka, nta muntu akihaboneka, nta wukihaba+. Zefaniya Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 3:6 Umunara w’Inderetsi,1/3/2001, rup. 12-13
6 «Naratikije amahanga, iminara yaho yarasambaguritse. Narasibanganije amabarabara yaho, ku buryo ata wusubira kuhaca. Ibisagara vyaho bisigaye ari umusaka, nta muntu akihaboneka, nta wukihaba+.