Zefaniya 3:7 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 7 Nari nakibwiye nti: “Ntuzobura kuntinya, ukemera gukosorwa*+”, kugira ngo sindakizimanganye+,kandi sindagihanire ibicumuro vyaco vyose. Ariko carushirije kwipfuza gukora ibibi+.
7 Nari nakibwiye nti: “Ntuzobura kuntinya, ukemera gukosorwa*+”, kugira ngo sindakizimanganye+,kandi sindagihanire ibicumuro vyaco vyose. Ariko carushirije kwipfuza gukora ibibi+.