Hagayi 1:8 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 8 «“Nimuduge ku musozi muzane ibiti+ maze mwubake inzu yanje+, kugira ngo inezereze kandi itume ninahazwa+”, ni ko Yehova avuze.»
8 «“Nimuduge ku musozi muzane ibiti+ maze mwubake inzu yanje+, kugira ngo inezereze kandi itume ninahazwa+”, ni ko Yehova avuze.»