-
Hagayi 1:11Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
11 Narateje uruzuba kw’isi no ku misozi, bituma mutaronka intete, umuvinyu, amavuta n’ibiterwa. Mwe n’ibitungwa vyanyu mumerewe nabi kandi ivyo mukora vyose muruhira ubusa.”»
-