Hagayi 1:15 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 15 Hari ku musi wa 24 w’ukwezi kugira gatandatu, mu mwaka ugira kabiri Dariyo abaye umwami+.