Zakariya 3:2 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 2 Maze uwo mumarayika wa Yehova abwira Shetani ati: «Ewe Shetani, Yehova nagucire urubanza*+, emwe Yehova nagucire urubanza*, we yahisemwo Yeruzalemu+! Mbega uwo mugabo si igishirira cokowe mu muriro?»
2 Maze uwo mumarayika wa Yehova abwira Shetani ati: «Ewe Shetani, Yehova nagucire urubanza*+, emwe Yehova nagucire urubanza*, we yahisemwo Yeruzalemu+! Mbega uwo mugabo si igishirira cokowe mu muriro?»