Zakariya 3:4 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 4 Uwo mumarayika abwira abari bahagaze imbere yiwe ati: «Nimumukure izo mpuzu zicafuye.» Maze amubwira ati: «Raba! Ndagukuyeko ikosa ryawe, kandi ugira wambikwe impuzu nziza*+.»
4 Uwo mumarayika abwira abari bahagaze imbere yiwe ati: «Nimumukure izo mpuzu zicafuye.» Maze amubwira ati: «Raba! Ndagukuyeko ikosa ryawe, kandi ugira wambikwe impuzu nziza*+.»