Zakariya 3:5 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 5 Nca mvuga nti: «Niyambikwe igitambara gisukuye bazingira mu mutwe+.» Nuko bamwambika ico gitambara gisukuye, bamwambika n’impuzu. Uwo mumarayika wa Yehova yari ahagaze ng’aho.
5 Nca mvuga nti: «Niyambikwe igitambara gisukuye bazingira mu mutwe+.» Nuko bamwambika ico gitambara gisukuye, bamwambika n’impuzu. Uwo mumarayika wa Yehova yari ahagaze ng’aho.