Zakariya 3:7 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 7 «Yehova Nyeningabo avuze ati: “Niwagendera mu nzira zanje, ugashitsa ivyo nakujeje, uzocira imanza rero abo mu nzu yanje+ witwararike* n’ibigo vyanje. Nzotuma uba umwishikira muri aba bahagaze ng’aha.”
7 «Yehova Nyeningabo avuze ati: “Niwagendera mu nzira zanje, ugashitsa ivyo nakujeje, uzocira imanza rero abo mu nzu yanje+ witwararike* n’ibigo vyanje. Nzotuma uba umwishikira muri aba bahagaze ng’aha.”