-
Zakariya 5:4Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
4 Yehova Nyeningabo avuze ati: “Ndawurungitse kandi uzokwinjira mu nzu y’igisuma no mu nzu y’uwurahira ibinyoma mw’izina ryanje. Uzoguma muri iyo nzu uyitikize n’ibiti vyayo n’amabuye yayo.”»
-