-
Zakariya 5:5Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
5 Nuko wa mumarayika yariko avugana nanje aregera, ambwira ati: «Ndakwinginze uraramure amaso, urabe kirya kije ico ari co.»